DR Congo: Ubushinjacyaha burashaka ko Cardinal Fridolin Ambongo akurikiranwa ku ‘kugumura rubanda’

Ahavuye isanamu, Archikin-GVE

Insiguro y’isanamu, Cardinal Ambongo mu nzira y’umusaraba muri Pasika ishize i Lemba muri Kinshasa

Abanyecongo bakiriye ugutandukanye kuba ubucamanza bw’iki gihugu bushaka gukurikirana Cardinal Fridolin Ambongo Besungu wa Kinshasa akaba n’umukuru w’inama y’abepiskopi ba Afurika na Madagascar.

Kuwa gatandatu, umushinjacyaha mukuru mu rukiko rusesa imanza yandikiye umushinjacyaha mu rukiko rw’ubujurire amusaba gutangiza dosiye y’ubucamanza kuri Ambongo.

Umushinjacyaha Firmin Mvonde ashinja Cardinal Ambongo “gukwiza impuha no kugumura rubanda ngo rwivumbagatanye kuri leta”

Amushinja kuvuga “amagambo y’urucantege ku ngabo za FARDC ziri ku rugamba”

Crédit: Lien source

Laisser un commentaire

Votre adresse email ne sera pas publiée.